ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sn ururirimbo 93
  • ‘Mureke umuco wanyu wake’

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • ‘Mureke umuco wanyu wake’
  • Turirimbire Yehova
  • Ivyo bijanye
  • ‘Mureke umuco wanyu wake’
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • “Umuco Wanyu [N]ubonesh[e]”
    Igikorwa dukorera Ubwami—2001
  • ‘Mureke umuco wanyu wake’
    Igikorwa dukorera Ubwami—2011
  • ‘Nimureke umuco wanyu wake’ kugira Yehova aninahazwe
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
Ibindi
Turirimbire Yehova
sn ururirimbo 93

Ururirimbo 93

‘Mureke umuco wanyu wake’

Integuro icapuwe

(Matayo 5:16)

1. Yez’ati: ‘Umuco Wanyu niwake,’

Bawubone baze Atari bake.

Kw’Ijambo ry’Imana Rituyobora,

Turas’umuco waryo Mu vyo dukora.

2. Kwa kuri kw’Ubwami Kurabonesha,

Barya bagandaye Kukaremesha.

Riratuyobora Mu nzir’ishika.

N’imvug’irunz’umunyu Iramurika.

3. Ibikorwa vyiza Ni vyo bicana.

Ni nk’akabuyenge Gakayangana.

Rer’umuco wacu Nugume waka,

Mu gukor’ibikorwa Iman’ishaka.

(Raba kandi Zab. 119:130; Mat. 5:14, 15, 45; Kol. 4:6.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika