ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Nyakanga rup. 6
  • Yezu yaraninahaje Se wiwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yezu yaraninahaje Se wiwe
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Tora igiti cawe co kubabarizwako hanyuma ugume unkurikira
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Niwicishe bugufi igihe abandi bagushemagije
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Yezu ameze gute?
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Yezu Kristu, wa Mumisiyonari mukuru
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Nyakanga rup. 6
Yezu ariko arerekeza icubahiro kuri Se wiwe

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YOHANI 7-8

Yezu yaraninahaje Se wiwe

7:15-18, 28, 29; 8:29

Yezu yaraninahaje Se wiwe wo mw’ijuru mu mvugo no mu ngiro. Kubera ko yashaka ko abantu bamenya ko ivyo yigisha vyava ku Mana, inyigisho ziwe yazishingira ku Vyanditswe kandi yarakunda gusubiramwo amajambo yo muri vyo. Igihe Yezu yaba ashimagijwe, yaca yerekeza icubahiro kuri Yehova. Ikintu nyamukuru cari kimuraje ishinga kwari ugusozera igikorwa Yehova yari yamushinze.​—Yoh 17:4.

Twokwigana gute Yezu . . .

  • igihe tuyobora inyigisho ya Bibiliya canke twigishiriza ku mukiruruko?

  • igihe abandi badushimagije?

  • igihe twiyumvira uko twokoresha umwanya wacu?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika