ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Mukakaro rup. 2
  • Ukuntu Yehova ashaka ko tumusenga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ukuntu Yehova ashaka ko tumusenga
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Ingingo ngenderwako zijanye no guca imanza mu bugororotsi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ingene Itegeko ryagaragaza ko Yehova yitwararika abakene
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ingene Itegeko ryagaragaza ko Yehova yitwararika abakenyezi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ubuzima bw’umuntu ni ubw’agaciro kuri Yehova
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Mukakaro rup. 2

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ukuntu Yehova ashaka ko tumusenga

Abisirayeli bategerezwa kugamburukira Yehova, kumukunda no kumukorera n’umutima wabo wose n’ubuzima bwabo bwose (Gus 11:13; it-1 93 ing. 7)

Ibisigarira vy’ugusenga kw’ikinyoma vyategerezwa gukurwaho burundu (Gus 12:2, 3)

Bose babwirizwa gusengera mu kibanza Yehova yaba yacaguye (Gus 12:11-14; it-1 231 ing. 10)

Yehova yipfuza ko abasavyi biwe bamukorera n’ubuzima bwabo bwose, bagaheba ugusenga kw’ikinyoma kandi bakunga ubumwe.

Udufoto: Abantu bahimbara Yehova biciye ku vyo bakora. 1. Mushiki wacu yitereye mu myaka ariko arabwira inkuru nziza uwumwitwararika. 2. Umugabo ariko araturira ivyo yakoresha mu bupfumu. 3. Bashiki bacu batatu badasangiye ibara ry’urukoba bari kw’ihwaniro mpuzamakungu.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika