ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • g20 no. 1 rup. 16
  • “Umutima utekanye ni ubuzima bw’umubiri”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Umutima utekanye ni ubuzima bw’umubiri”
  • Be maso!—2020
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • ABUBATSE
  • ABAVYEYI
  • IMIYABAGA
  • Woba wipfuza kumenya n’ibindi?
    Be maso!—2021
  • Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’ingene indwara zo mu mutwe zirushiriza kwongerekana ku bakiri bato?
    Ibindi biganiro
  • Ingene wokwigisha umwana wawe gukoresha neza Internet
    Be maso!—2014
  • Kubera iki abantu batubaha abo mu muryango?
    Be maso!—2024
Ibindi
Be maso!—2020
g20 no. 1 rup. 16

“Umutima Utekanye Ni Ubuzima Bw’umubiri”

Umugabo n’umugore bariko basomera hamwe muri tablette.

Ayo majambo dusanga mu Migani 14:30, haciye nk’imyaka ibihumbi bitatu yanditswe. Arerekana ko impanuro Bibiliya itanga zitigera zita igihe. Nimba wipfuza kumenya n’ibindi, ja kuri jw.org. Uzohasanga amavidewo, ibiganiro vyo kubaza ibibazo be n’ibiganiro bica irya n’ino ivyiyumviro ngirakamaro, nk’ukuntu twogabanya umwitwarariko. Raba bimwebimwe muri vyo:

ABUBATSE

  • Gutorera umuti amatati

  • Ingene mwoguma mwumvikana n’incuti zanyu

  • Ivyogufasha kureka kubika inzika

ABAVYEYI

  • Ingene woyaga n’umwana wawe w’umuyabaga

  • Wofasha gute umukobwa wawe w’umuyabaga arengewe n’umwitwarariko?

  • Ingene wokwigisha umwana wawe gukoresha neza Internet

IMIYABAGA

  • Nuneshe uwugutoteza utamuriye n’urwara

  • Noronka gute agatiro gakwiye?

  • Kuki nkwiye kwumvikana n’abo tuvukana?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika