ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • th icigwa 15 rup. 18
  • Kuvugana ubujijutsi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Kuvugana ubujijutsi
  • Niwijukire gusoma no kwigisha
  • Ivyo bijanye
  • Kuvugana Ubujijutsi
    Niwungukire ku Nyigisho yo mw’Ishure ry’Ubusuku bwa Gitewokarasi
  • Gushwashwanuka
    Niwijukire gusoma no kwigisha
  • Kuvuga nk’uwuyaga
    Niwijukire gusoma no kwigisha
  • Gushikiriza amakuru yigisha
    Niwijukire gusoma no kwigisha
Ibindi
Niwijukire gusoma no kwigisha
th icigwa 15 rup. 18

ICIGWA CA 15

Kuvugana ubujijutsi

Icanditswe

1 Abatesalonika 1:5

INCAMAKE: Niwerekane ko wajijutse yuko ivyo uriko uravuga ari ukuri be n’uko bihambaye.

UKO WOBIGIRA:

  • Niwitegure neza. Nusubiremwo ikiganiro cawe gushika utahuye ivyiyumviro nyamukuru n’ukuntu Bibiliya ibishigikira. Nugerageze kubishikiriza mu majambo make kandi yoroshe. Niwibande ku kuntu bizofasha abakwumviriza. Nusenge usaba impwemu nyeranda.

    Inama ngirakamaro

    Nuze urasubiramwo ikiganiro cawe n’ijwi ryumvikana kugira ivyiyumviro nyamukuru vyiyandike mu bwenge bwawe no kugira uzogishikirize neza.

  • Nukoreshe amajambo aserura ukujijuka. Nukoreshe amajambo yawe, aho gusubiramwo ivyanditse ku rupapuro. Nukoreshe imvugo yerekana ko udakekeranya ku vyo uriko uravuga.

  • Niwerekane ko wajijutse. Nukoreshe ijwi rikwiye. Nuze uraraba abakwumviriza nimba ata co bitwaye aho iwanyu.

    Inama ngirakamaro

    Kuvugana ubujijutsi ntuvyitiranye no guhuruduka, kudakurwa kw’ijambo canke guhata abandi. Naho woba uriko uvugana ubujijutsi, ukwiye kubigira ku buryo abakwumviriza baguma bumva ko ubakunda.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika