Abami umunani bahishuwe
Ibitabu vyo muri Bibiliya vya Daniyeli n’Ivyahishuwe tubifatiye hamwe, ntibihishura gusa abami umunani, ari bwo butegetsi bw’abantu, ariko kandi birerekana ukuntu bogiye barakurikirana. Kugira ngo dutahure neza ubwo buhanuzi, dutegerezwa kubanza gutegera ubuhanuzi bwa mbere na mbere buri muri Bibiliya.
Shetani yamye yungunganya uruvyaro rwiwe mu ntwaro zitandukanye, ari bwo bwami. (Luka 4:5, 6) Ariko rero, ubwami bw’abantu buke ni bwo gusa bwagize ikintu kinini bukoze ku basavyi b’Imana, ryaba ihanga rya Isirayeli canke ishengero ry’abakirisu barobanuwe. Ivyo Daniyeli na Yohani beretswe bivuga intwaro zikomakomeye umunani gusa zarwanije abasavyi b’Imana.
[Igicapo/Amafoto ku rup. 12, 13]
(Ushaka igisomwa cose, raba iki kinyamakuru)
UBUHANUZI BWO UBUHANUZI BWO
MURI DANIYELI MU VYAHISHUWE
1. Misiri
2. Ashuri
3. Babiloni
4. Ubumedi n’Ubuperesi
5. Ubugiriki
6. Uburoma
ABASAVYI B’IMANA
2000 B.G.C.
Aburahamu
1500
Ihanga rya Isirayeli
1000
Daniyeli 500
B.G.C./G.C.
Yohani
Isirayeli y’Imana 500
1000
1500
2000 G.C.
[Akajambo k’epfo]
a Mu gihe c’iherezo, abo bami bompi bariho. Raba urupapuro rwa 19.
b Mu gihe c’iherezo, abo bami bompi bariho. Raba urupapuro rwa 19.
[Amafoto]
Ca gishusho amahero (Dan. 2:31-45)
Ibikoko bine biva mu kiyaga (Dan. 7:3-8, 17, 25)
Impfizi y’intama be n’impene (Dan., ikig. 8)
Ca gikoko gifise imitwe indwi (Ivyah. 13:1-10, 16-18)
Ca gikoko c’amahembe abiri kiraremesha abantu gukora ishusho y’ico gikoko c’amahembe indwi (Ivyah. 13:11-15)
[Abo dukesha amafoto]
Abo dukesha amafoto: Misiri n’Uburoma: Ifoto dukesha British Museum; Ubumedi n’Ubuperesi: Musée du Louvre, Paris