Matayo 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 akavuga ati: ‘Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina+ akifatanya* n’umugore wiwe, kandi abo babiri bazoba umubiri umwe+’?
5 akavuga ati: ‘Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina+ akifatanya* n’umugore wiwe, kandi abo babiri bazoba umubiri umwe+’?