Itanguriro 24:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Vyongeye, Sara umugore wa databuja, amaze gusaza, yaramuvyariye umuhungu+. Databuja azoha uwo muhungu wiwe ikintu cose afise+. Imigani 13:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umuntu mwiza asigira intoranwa abana b’abana biwe, kandi ubutunzi bw’umucumuzi ni ikintu kibikiwe muri ntibate umugororotsi+. Abaheburayo 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kw’iherezo ry’iyi misi+ yavuganye natwe biciye ku Mwana wayo+, uwo yagenye kuba samuragwa w’ibintu vyose+, kandi biciye kuri we ikaba ari ho yashizeho+ ibihe*.
36 Vyongeye, Sara umugore wa databuja, amaze gusaza, yaramuvyariye umuhungu+. Databuja azoha uwo muhungu wiwe ikintu cose afise+.
22 Umuntu mwiza asigira intoranwa abana b’abana biwe, kandi ubutunzi bw’umucumuzi ni ikintu kibikiwe muri ntibate umugororotsi+.
2 kw’iherezo ry’iyi misi+ yavuganye natwe biciye ku Mwana wayo+, uwo yagenye kuba samuragwa w’ibintu vyose+, kandi biciye kuri we ikaba ari ho yashizeho+ ibihe*.