Itanguriro 25:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze uwa mbere arasohoka atukura hose nk’impuzu y’ibango y’ubwoya+; nuko bamwita Esawu+. Itanguriro 27:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yakobo abwira Rebeka nyina wiwe ati: “Mugabo Esawu mwene wacu ni umugabo afise ubwoya, nanje nkaba ndi umugabo w’umubiri unyerera+.
11 Yakobo abwira Rebeka nyina wiwe ati: “Mugabo Esawu mwene wacu ni umugabo afise ubwoya, nanje nkaba ndi umugabo w’umubiri unyerera+.