Zaburi 23:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Amvyagiza mu maragiriro yuzuye ubwatsi+;Anjana iruhande y’ahantu h’ukuruhukira havomerewe neza+. Indirimbo ya Salomo 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Mbwira aho uragira+, yewe muntu umutima wanje wakunze+, aho uvyagiza umukuku ku mutaga. Kuki nocika nk’umugore atwikiriye mu kigandaro mu masho ya bagenzawe?”
7 “Mbwira aho uragira+, yewe muntu umutima wanje wakunze+, aho uvyagiza umukuku ku mutaga. Kuki nocika nk’umugore atwikiriye mu kigandaro mu masho ya bagenzawe?”