Itanguriro 31:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 So yarankinye, ahindura impembo yanje incuro cumi, mugabo Imana ntiyamwemereye kungirira nabi+. Gusubira mu vyagezwe 24:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ukwiye kumuha impembo yiwe ku musi wiwe+, kandi izuba ntirikwiye kurenga utarayimuha, kuko ari mu ngorane kandi ku mpembo yiwe akaba ari ho yeza umutima, ntahave aririra Yehova akurega+, maze bikakubera igicumuro+. 1 Abami 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 None rero, tegeka bancire amasederi y’i Libani+; abasuku banje bazoba bari kumwe n’abasuku bawe, kandi impembo y’abasuku bawe nzoyiguha nkurikije ivyo uzovuga vyose, kuko wewe ubwawe uzi neza yuko muri twebwe ata n’umwe azi guca ibiti nk’Abanyasidoni+.” Yobu 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ahezagirika yipfuza igitutu+ nk’umushumba,Akarindira impembo yiwe nk’umucangero+. Yeremiya 22:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Aragowe uwubaka inzu yiwe+, mugabo ntayubake mu bugororotsi, n’ivyumba vyiwe vyo hejuru, mugabo ntavyubake mu butungane, akavyubaka akoresheje mugenziwe akorera ubusa, kandi ntamuhe impembo yiwe+; 1 Timoteyo 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko icanditswe kivuga giti: “Ntukarumye umunwa w’ishūri iyo ikubita ibinyantete+”; kandi giti: “Umukozi arabereye impembo yiwe+.”
15 Ukwiye kumuha impembo yiwe ku musi wiwe+, kandi izuba ntirikwiye kurenga utarayimuha, kuko ari mu ngorane kandi ku mpembo yiwe akaba ari ho yeza umutima, ntahave aririra Yehova akurega+, maze bikakubera igicumuro+.
6 None rero, tegeka bancire amasederi y’i Libani+; abasuku banje bazoba bari kumwe n’abasuku bawe, kandi impembo y’abasuku bawe nzoyiguha nkurikije ivyo uzovuga vyose, kuko wewe ubwawe uzi neza yuko muri twebwe ata n’umwe azi guca ibiti nk’Abanyasidoni+.”
13 “Aragowe uwubaka inzu yiwe+, mugabo ntayubake mu bugororotsi, n’ivyumba vyiwe vyo hejuru, mugabo ntavyubake mu butungane, akavyubaka akoresheje mugenziwe akorera ubusa, kandi ntamuhe impembo yiwe+;
18 Kuko icanditswe kivuga giti: “Ntukarumye umunwa w’ishūri iyo ikubita ibinyantete+”; kandi giti: “Umukozi arabereye impembo yiwe+.”