Itanguriro 31:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Amaherezo Yehova abwira Yakobo ati: “Subira mu gihugu ca ba so no ku ncuti zawe+, nanje nzogumana nawe+.” Itanguriro 31:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ndi Imana y’ukuri y’i Beteli+, hamwe warobanuza inkingi+ amavuta* hakaba ari na ho wandaganiye indagano+. Ubu haguruka, uve muri iki gihugu, usubire mu gihugu cawe c’amavukiro+.’”
3 Amaherezo Yehova abwira Yakobo ati: “Subira mu gihugu ca ba so no ku ncuti zawe+, nanje nzogumana nawe+.”
13 Ndi Imana y’ukuri y’i Beteli+, hamwe warobanuza inkingi+ amavuta* hakaba ari na ho wandaganiye indagano+. Ubu haguruka, uve muri iki gihugu, usubire mu gihugu cawe c’amavukiro+.’”