ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 7:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ntuze wunge na bo ubucuti bw’ukwabirana. Umukobwa wawe ntuze umuhe umuhungu wiwe, n’umukobwa wiwe ntuze umusabire umuhungu wawe+.

  • Nehemiya 13:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nuko ndabatatira nongera mpamagarira akabi kuri bo+; nkubita abagabo bamwe muri bo+, ndabashikura imishatsi maze ndabarahiza Imana+ nti: “Ntimugahe abakobwa banyu abahungu babo, kandi ntihakagire n’umwe mu bakobwa babo musabira abahungu banyu canke ngo mubisabire mwebwe ubwanyu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika