ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 24:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 kuko ngira nkurahize Yehova+, Imana y’amajuru n’Imana y’isi, yuko utazoronderera umuhungu wanje umugore mu bakobwa b’Abanyakanani mbayemwo+;

  • Gusubira mu vyagezwe 7:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ntuze wunge na bo ubucuti bw’ukwabirana. Umukobwa wawe ntuze umuhe umuhungu wiwe, n’umukobwa wiwe ntuze umusabire umuhungu wawe+.

  • 1 Abami 11:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 bo mu mahanga Yehova yari yarabwiye bene Isirayeli ku biyerekeye ati: “Ntimuze mwinjire muri bo+, kandi na bo ubwabo ntibaze binjire muri mwebwe; vy’ukuri, bazohengekera umutima wanyu ku gukurikira imana zabo+.” Abo ni bo Salomo yumiyeko+, arabakunda.

  • 1 Abakorinto 7:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Umugore abohwa mu gihe cose umugabo wiwe akiriho+. Ariko iyo umugabo wiwe asinziriye mu rupfu, nta kimubuza kwubakana n’uwo ashaka, ariko mu Mukama gusa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika