Itanguriro 23:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ico gihe, Efuroni yari yicaye muri bene Heti. Nuko Efuroni Umuheti+ yishura Aburahamu, bene Heti n’abinjira mw’irembo ry’igisagara ciwe bose bumva, ati+: Rusi 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Bowazi na we aduga kw’irembo+, yicaraho. Maze aza abona wa mucunguzi ararenganye, umwe Bowazi yari yavuze+. Aca avuga ati: “Kevya wicare hano, yewe naka.” Nuko arakevya, aricara. Zakariya 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Ibi ni vyo mukwiye gukora+: Muvugane ukuri+. Mucire imanza mu marembo yanyu mu kuri kandi muce imanza z’amahoro+.
10 Ico gihe, Efuroni yari yicaye muri bene Heti. Nuko Efuroni Umuheti+ yishura Aburahamu, bene Heti n’abinjira mw’irembo ry’igisagara ciwe bose bumva, ati+:
4 Bowazi na we aduga kw’irembo+, yicaraho. Maze aza abona wa mucunguzi ararenganye, umwe Bowazi yari yavuze+. Aca avuga ati: “Kevya wicare hano, yewe naka.” Nuko arakevya, aricara.
16 “‘Ibi ni vyo mukwiye gukora+: Muvugane ukuri+. Mucire imanza mu marembo yanyu mu kuri kandi muce imanza z’amahoro+.