Zaburi 35:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko amahoro atari yo bavuga+;Mugabo ku bwo kugirira nabi abitekaniye bo kw’isi,Baguma bategura ivy’ubuhendanyi+. Imigani 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 icabona c’ikinyoma gisuka ububeshi+, be n’uwo wese atera amahane mu bavukana+. Imigani 12:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Uwusuka ubwizigirwa avuga ibigororotse+, mugabo icabona c’ikinyoma kivuga ubuhendanyi+.
20 Kuko amahoro atari yo bavuga+;Mugabo ku bwo kugirira nabi abitekaniye bo kw’isi,Baguma bategura ivy’ubuhendanyi+.