Itanguriro 44:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko Yuda aramwegera, avuga ati: “Ndagusavye databuja, ndakwinginze ureke umushumba wawe avuge ijambo databuja yumva+, kandi ishavu ryawe+ ntirirurumbire umushumba wawe, kuko wewe uri nka Farawo+. Itanguriro 45:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko rero, si mwebwe mwandungitse ino+, ahubwo ni Imana y’ukuri, kugira ingire nka se+ wa Farawo, n’umukuru* w’inzu yiwe yose, n’uwuganza igihugu cose ca Misiri. Ivyakozwe 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 hanyuma imurokora mu makuba yiwe yose yongera imuha igikundiro n’ubukerebutsi mu maso ya Farawo umwami wa Misiri. Na we yamushinze kuganza Misiri n’inzu yiwe yose+.
18 Nuko Yuda aramwegera, avuga ati: “Ndagusavye databuja, ndakwinginze ureke umushumba wawe avuge ijambo databuja yumva+, kandi ishavu ryawe+ ntirirurumbire umushumba wawe, kuko wewe uri nka Farawo+.
8 Nuko rero, si mwebwe mwandungitse ino+, ahubwo ni Imana y’ukuri, kugira ingire nka se+ wa Farawo, n’umukuru* w’inzu yiwe yose, n’uwuganza igihugu cose ca Misiri.
10 hanyuma imurokora mu makuba yiwe yose yongera imuha igikundiro n’ubukerebutsi mu maso ya Farawo umwami wa Misiri. Na we yamushinze kuganza Misiri n’inzu yiwe yose+.