ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 43:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Yozefu abonye Benyamini ari kumwe na bo, aca abwira umuntu yari ajejwe inzu yiwe ati: “Jana abo bagabo i muhira uheze ukerere ibitungwa maze utegure+, kuko abo bagabo baza gusangira nanje ku mutaga.”

  • Kuvayo 2:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Maze abwira abakobwa biwe ati: “None ari hehe? Ko mwamusize? Muhamagare, arye umukate+.”

  • Yobu 42:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Hanyuma bene wabo bose na bashikiwe bose n’abari bamuzi bose baguma baza+, batangura gusangira na we umukate+ mu nzu yiwe no gusangira na we umubabaro no kumuhoza ku vyago vyose Yehova yari yaretse bikamuzako; umwe wese amuha ihera, kandi umwe wese amuha impeta y’inzahabu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika