Itanguriro 28:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi ehe Yehova yari hejuru yayo, maze atangura kuvuga+ ati: “Ndi Yehova Imana ya Aburahamu so wawe n’Imana ya Izahaki+. Igihugu uryamyeko ngiye kugiha wewe n’uruvyaro rwawe+. Hoseya 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yagumye anyinyana n’umumarayika, amaherezo aranesha+. Yararize, kugira ngo yisabire ubutoni+.” Imana yamusanze i Beteli+, maze ivuganira na we ng’aho+.
13 Kandi ehe Yehova yari hejuru yayo, maze atangura kuvuga+ ati: “Ndi Yehova Imana ya Aburahamu so wawe n’Imana ya Izahaki+. Igihugu uryamyeko ngiye kugiha wewe n’uruvyaro rwawe+.
4 Yagumye anyinyana n’umumarayika, amaherezo aranesha+. Yararize, kugira ngo yisabire ubutoni+.” Imana yamusanze i Beteli+, maze ivuganira na we ng’aho+.