Itanguriro 21:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Inyuma y’ivyo atera igiti c’umukwaju i Beyeri-sheba maze ahambariza izina rya Yehova+, Imana yamaho ibihe bidahera+. Yesaya 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi kuri uwo musi muzovuga koko muti: “Nimukengurukire Yehova yemwe+! Nimwambaze izina ryiwe+. Nimumenyeshe mu bisata vy’abantu ivyo akora+. Nimuvuge yuko izina ryiwe rishizwe hejuru+. Abaroma 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko “umuntu wese yambaza izina rya Yehova azokizwa+.”
33 Inyuma y’ivyo atera igiti c’umukwaju i Beyeri-sheba maze ahambariza izina rya Yehova+, Imana yamaho ibihe bidahera+.
4 Kandi kuri uwo musi muzovuga koko muti: “Nimukengurukire Yehova yemwe+! Nimwambaze izina ryiwe+. Nimumenyeshe mu bisata vy’abantu ivyo akora+. Nimuvuge yuko izina ryiwe rishizwe hejuru+.