Imigani 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umushinyaguzi ntakunda uwumukangīra+. Ntazoja ku bantu b’inkerebutsi+. Umusiguzi 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ishavu ry’umutware niryaduga ngo rikururumbire, ntuve ahawe+, kuko ubutekereji butururuza ibicumuro bikomeye+. 1 Petero 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko, mwokwihaya iki nimba mucumura mugakubitwa yamara mukavyihanganira+? Mugabo nimba mukora iciza mukababazwa+ yamara mukavyihanganira, ico ni ikintu gishimwa ku Mana+.
4 Ishavu ry’umutware niryaduga ngo rikururumbire, ntuve ahawe+, kuko ubutekereji butururuza ibicumuro bikomeye+.
20 Kuko, mwokwihaya iki nimba mucumura mugakubitwa yamara mukavyihanganira+? Mugabo nimba mukora iciza mukababazwa+ yamara mukavyihanganira, ico ni ikintu gishimwa ku Mana+.