ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 21:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Vyongeye, Imana y’ukuri irungika umumarayika i Yeruzalemu kugira ngo ahahonye+; agitangura kuhahonya, Yehova arabibona hanyuma atangura kwicuza kubera ico cago+; maze abwira nya mumarayika yariko arahonya ati: “Birahagije+! Ubu rero numanure ukuboko kwawe.” Uwo mumarayika wa Yehova yari ahagaze hafi y’imbuga y’ikubitiro ya Orunani*+ Umuyebusi+.

  • Zaburi 11:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Nka kurya kw’imvura, azotibagurira ku babisha imitego, umuriro n’amazuku+

      N’umuyaga ubabura, bibe wo mugabane w’igikombe cabo+.

  • Matayo 13:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Umwana w’umuntu azotuma abamarayika biwe, na bo begeranye ibintu vyose bitsitaza+ be n’abantu bakora ivy’ubugarariji, babikure mu bwami bwiwe

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika