Itanguriro 26:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nayo amariba yose abasuku ba se bari barimvye mu misi ya Aburahamu se wiwe+, ano Abafilisitiya barayazibira: baza barayuzuzamwo ivu ryumye+. Itanguriro 26:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko abungere b’i Gerari baja mu vyo gutongana n’abungere ba Izahaki+, bavuga bati: “Ayo mazi ni ayacu!” Ku bw’ivyo iryo riba aryita Eseki, kuko bari bagiye impari na we. Kuvayo 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze nk’uko bisanzwe abungere baraza, barabirukana. Musa aca arahaguruka arabatabara, yongera anywesha umukuku wabo+.
15 Nayo amariba yose abasuku ba se bari barimvye mu misi ya Aburahamu se wiwe+, ano Abafilisitiya barayazibira: baza barayuzuzamwo ivu ryumye+.
20 Nuko abungere b’i Gerari baja mu vyo gutongana n’abungere ba Izahaki+, bavuga bati: “Ayo mazi ni ayacu!” Ku bw’ivyo iryo riba aryita Eseki, kuko bari bagiye impari na we.
17 Maze nk’uko bisanzwe abungere baraza, barabirukana. Musa aca arahaguruka arabatabara, yongera anywesha umukuku wabo+.