Imigani 18:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Hari uwaronse umugore mwiza+? Yaronse ikintu ciza+, kandi aronka ubutoni bwa Yehova+. Imigani 19:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Intoranwa iva kuri ba se b’abantu ni inzu be n’ubutunzi+, mugabo umugore w’ubwenge ava kuri Yehova+.
14 Intoranwa iva kuri ba se b’abantu ni inzu be n’ubutunzi+, mugabo umugore w’ubwenge ava kuri Yehova+.