ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 21:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Umugabo wese wo mu ruvyaro rwa Aroni umuherezi ari n’agahonzi ntaze yegere ngo ashikirize amashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro+. Ari n’agahonzi. Ntiyokwegera ngo ashikirize umukate w’Imana yiwe+.

  • Guharura 16:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 ngo bibere icibutso bene Isirayeli, kugira ngo ntihaze hagire umugabo w’ahandi+ atari uwo mu ruvyaro rwa Aroni yegera ngo afumbishe imibavu imbere ya Yehova+, kandi ntihaze hagire uwuba nka Kora n’ikoraniro ryiwe+; agira nk’uko Yehova yari yamubwiye biciye kuri Musa.

  • Guharura 18:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Abalewi ubwabo baze bakore igikorwa c’ihema ry’ihuriro, kandi ni bo bazokwishura ikosa+ ry’abantu. Ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero mu mayaruka yanyu, yuko badakwiye kuronka intoranwa+ hagati muri bene Isirayeli.

  • 2 Ngoma 26:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Maze bahagurukira Uziya umwami+, bamubwira bati: “Ewe Uziya, si igikorwa cawe+ guturirira Yehova imibavu, ahubwo guturira imibavu ni igikorwa c’abaherezi bene Aroni+, abejejwe. Sohoka uve aheranda, kuko wahemutse, kandi ivyo nta buninahazwa+ buvuye kuri Yehova Imana biguhesha.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika