Kuvayo 39:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 na ca gikenyezo+ c’ilino nziza ihinzwe be n’inyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama, bijishwe n’umujishi, nk’uko Yehova yari yategetse Musa. Abalewi 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Hanyuma amushirako ya kanzu+ yongera amukenyeza ca gikenyezo+, amwambika wa mwitero utagira amaboko+, amushirako na ya efodi+ hanyuma amukenyeza wa mukanda+ wa efodi, maze awukoresheje ayimuboherako iraguma. Yesaya 11:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi ubugororotsi ni bwo buzomubera umukaba wo mu mafyinga+, ubwizigirwa na bwo umukaba wo mu kiyunguyungu ciwe+.
29 na ca gikenyezo+ c’ilino nziza ihinzwe be n’inyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama, bijishwe n’umujishi, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.
7 Hanyuma amushirako ya kanzu+ yongera amukenyeza ca gikenyezo+, amwambika wa mwitero utagira amaboko+, amushirako na ya efodi+ hanyuma amukenyeza wa mukanda+ wa efodi, maze awukoresheje ayimuboherako iraguma.
5 Kandi ubugororotsi ni bwo buzomubera umukaba wo mu mafyinga+, ubwizigirwa na bwo umukaba wo mu kiyunguyungu ciwe+.