Kuvayo 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Bwira bene Isirayeli, bantorere intererano: Muzotora intererano yanje ku muntu wese umutima wiwe usunitse+. Kuvayo 36:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Musa ahamagara Bezaleli na Oholiyabu n’umugabo wese w’umutima w’inkerebutsi, uwo Yehova yari yashize ubukerebutsi mu mutima+, umugabo wese umutima wiwe usunitse kuza ku gikorwa kugira agikore+. 2 Abakorinto 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko iyo habanje kuba umutima ukunze, vyemerwa canecane hisunzwe ivyo umuntu afise+, si ivyo umuntu adafise. 2 Abakorinto 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umwe wese nagire nk’uko yavyiyemeje mu mutima wiwe, atabigiranye umwikomo+ canke ngo abigire agoberewe, kuko Imana ikunda uwutangana akamwemwe+.
2 “Bwira bene Isirayeli, bantorere intererano: Muzotora intererano yanje ku muntu wese umutima wiwe usunitse+.
2 Nuko Musa ahamagara Bezaleli na Oholiyabu n’umugabo wese w’umutima w’inkerebutsi, uwo Yehova yari yashize ubukerebutsi mu mutima+, umugabo wese umutima wiwe usunitse kuza ku gikorwa kugira agikore+.
12 Kuko iyo habanje kuba umutima ukunze, vyemerwa canecane hisunzwe ivyo umuntu afise+, si ivyo umuntu adafise.
7 Umwe wese nagire nk’uko yavyiyemeje mu mutima wiwe, atabigiranye umwikomo+ canke ngo abigire agoberewe, kuko Imana ikunda uwutangana akamwemwe+.