Kuvayo 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Aya rero ni yo mazina ya bene Isirayeli baje mu Misiri bari kumwe na Yakobo, umugabo wese azanana n’urugo rwiwe+: Kuvayo 28:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Kandi uze utore amabuye abiri ya onigisi+ uheze usarure+ kuri yo amazina ya bene Isirayeli+, Kuvayo 28:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 atandatu mu mazina yabo kw’ibuye rimwe, amazina ya batandatu basigaye na yo ku rindi buye, uko bakurikirana mu mavuka+.
1 Aya rero ni yo mazina ya bene Isirayeli baje mu Misiri bari kumwe na Yakobo, umugabo wese azanana n’urugo rwiwe+:
10 atandatu mu mazina yabo kw’ibuye rimwe, amazina ya batandatu basigaye na yo ku rindi buye, uko bakurikirana mu mavuka+.