Kuvayo 28:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Kandi uze ukore wa mwitero utagira amaboko wa efodi, wose mu nyuzi z’ubururu+. Abalewi 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Hanyuma amushirako ya kanzu+ yongera amukenyeza ca gikenyezo+, amwambika wa mwitero utagira amaboko+, amushirako na ya efodi+ hanyuma amukenyeza wa mukanda+ wa efodi, maze awukoresheje ayimuboherako iraguma. Yesaya 61:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nzokwigina muri Yehova ata kabuza+. Umutima wanje uzonezerwa mu Mana yanje+. Kuko yanyambitse impuzu z’ubukiriro+; yantwikiriye umwitero utagira amaboko w’ubugororotsi+, nk’umukwe yambara icambarwa co mu mutwe+ kumwe kw’abaherezi, kandi nk’umugeni yishariza n’udusharizo twiwe+.
7 Hanyuma amushirako ya kanzu+ yongera amukenyeza ca gikenyezo+, amwambika wa mwitero utagira amaboko+, amushirako na ya efodi+ hanyuma amukenyeza wa mukanda+ wa efodi, maze awukoresheje ayimuboherako iraguma.
10 Nzokwigina muri Yehova ata kabuza+. Umutima wanje uzonezerwa mu Mana yanje+. Kuko yanyambitse impuzu z’ubukiriro+; yantwikiriye umwitero utagira amaboko w’ubugororotsi+, nk’umukwe yambara icambarwa co mu mutwe+ kumwe kw’abaherezi, kandi nk’umugeni yishariza n’udusharizo twiwe+.