Kuvayo 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko babashiriraho abakuru b’ibikorwa vy’agahato, kugira babahahaze mu kubikoreza imizigo+; baraheza bubakira Farawo ibisagara vy’ububiko, ari vyo Pitomu na Ramusesi+. Kuvayo 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Yehova yongerako ati: “Nabonye koko amarushwa abantu banje barimwo mu Misiri, kandi numvise amaborogo yabo kubera ababahindagiza ku bikorwa; kuko nzi neza imibabaro barimwo+.
11 Nuko babashiriraho abakuru b’ibikorwa vy’agahato, kugira babahahaze mu kubikoreza imizigo+; baraheza bubakira Farawo ibisagara vy’ububiko, ari vyo Pitomu na Ramusesi+.
7 Nuko Yehova yongerako ati: “Nabonye koko amarushwa abantu banje barimwo mu Misiri, kandi numvise amaborogo yabo kubera ababahindagiza ku bikorwa; kuko nzi neza imibabaro barimwo+.