Kuvayo 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yehova yongera kubwira Musa ati: “Niwamara gusubira mu Misiri, uze witwararike gukorera imbere ya Farawo vya bitangaro vyose nashira mu kuboko kwawe+. Nayo jewe, nzoreka umutima wiwe ucike intabarirwa+; kandi ntazorekura abantu banje+. Kuvayo 9:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Aho Farawo aboneye ko imvura n’urubura n’imituragaro vyahagaze, yongera gucumura no gukomantaza umutima wiwe+, we hamwe n’abasavyi biwe. Zaburi 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Imana ni Umucamanza agororotse+,Kandi Imana irungika imisibo imisi yose.
21 Yehova yongera kubwira Musa ati: “Niwamara gusubira mu Misiri, uze witwararike gukorera imbere ya Farawo vya bitangaro vyose nashira mu kuboko kwawe+. Nayo jewe, nzoreka umutima wiwe ucike intabarirwa+; kandi ntazorekura abantu banje+.
34 Aho Farawo aboneye ko imvura n’urubura n’imituragaro vyahagaze, yongera gucumura no gukomantaza umutima wiwe+, we hamwe n’abasavyi biwe.