Kuvayo 9:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Amaherezo Farawo atuma guhamagara Musa na Aroni, ababwira ati: “Ubu ho nacumuye+. Yehova aragororotse+, twe n’abantu banje ni twe turi mu makosa. 1 Samweli 26:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko Sauli avuga ati: “Nacumuye+. Garuka mwananje Dawidi, kuko ntazosubira kukugirira nabi, kubera yuko ubuzima bwanje bwabaye ubw’agaciro+ mu maso yawe uyu musi. Ehe nakoze ivy’ubupfu, kandi nahuvye cane.”
27 Amaherezo Farawo atuma guhamagara Musa na Aroni, ababwira ati: “Ubu ho nacumuye+. Yehova aragororotse+, twe n’abantu banje ni twe turi mu makosa.
21 Nuko Sauli avuga ati: “Nacumuye+. Garuka mwananje Dawidi, kuko ntazosubira kukugirira nabi, kubera yuko ubuzima bwanje bwabaye ubw’agaciro+ mu maso yawe uyu musi. Ehe nakoze ivy’ubupfu, kandi nahuvye cane.”