ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 12:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Aburamu aca aragenda nk’uko Yehova yari yamubwiye, na Loti ajana na we. Aburamu yari afise imyaka mirongo irindwi n’itanu igihe yava i Harani+.

  • Itanguriro 21:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Aburahamu yari afise imyaka ijana igihe yavyarirwa Izahaki umuhungu wiwe.

  • Itanguriro 25:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Inyuma y’ivyo mwene wabo arasohoka, kandi ukuboko kwiwe kwari gufashe igitsintsiri ca Esawu+; nuko amwita Yakobo+. Kandi Izahaki yari afise imyaka mirongo itandatu igihe Rebeka yabibaruka.

  • Itanguriro 47:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nuko Yakobo abwira Farawo ati: “Imyaka maze ndi kavamahanga ni ijana na mirongo itatu+. Imyaka maze yabaye mike iba n’iyiteye umubabaro+, kandi ntiyashikiriye imyaka ya ba dawe, iyo bamaze ari ba kavamahanga+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika