Yosuwa 24:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Na bo batangura kuririra Yehova+. Nuko ashira umwiza hagati yanyu n’Abanyamisiri+ hanyuma azana ikiyaga kuri bo arabapfuka+, kandi amaso yanyu yarabonye ivyo nakoreye mu Misiri+; hanyuma muba mu gahinga imisi myinshi+. Nehemiya 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Warabonye+ rero amarushwa ya ba sogokuruza bacu mu Misiri, wumva n’amaborogo yabo ku kiyaga Gitukura+. Zaburi 34:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Bararize, Yehova na we ubwiwe arumva+,Arabarokora abakiza amarushwa yabo yose+. Zaburi 107:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Baguma baririra Yehova mu marushwa yabo+;Abarokora mu maganya barimwo+,
7 Na bo batangura kuririra Yehova+. Nuko ashira umwiza hagati yanyu n’Abanyamisiri+ hanyuma azana ikiyaga kuri bo arabapfuka+, kandi amaso yanyu yarabonye ivyo nakoreye mu Misiri+; hanyuma muba mu gahinga imisi myinshi+.
9 “Warabonye+ rero amarushwa ya ba sogokuruza bacu mu Misiri, wumva n’amaborogo yabo ku kiyaga Gitukura+.