Kuvayo 14:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nuko amazi aguma agaruka+. Amaherezo apfuka ya mikogote y’intambara na bamwe barwanira ku mafarasi bo mu nteko za gisirikare za Farawo zose, ari na bo bari bagiye mu kiyaga babakurikira+. Habe n’umwe muri bo yasigaye+. Abaheburayo 11:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kubera ukwizera, baraciye mu kiyaga Gitukura nko kw’isi yumutse+, mugabo Abanyamisiri bahirahiye ngo bahace baca baramirwa+.
28 Nuko amazi aguma agaruka+. Amaherezo apfuka ya mikogote y’intambara na bamwe barwanira ku mafarasi bo mu nteko za gisirikare za Farawo zose, ari na bo bari bagiye mu kiyaga babakurikira+. Habe n’umwe muri bo yasigaye+.
29 Kubera ukwizera, baraciye mu kiyaga Gitukura nko kw’isi yumutse+, mugabo Abanyamisiri bahirahiye ngo bahace baca baramirwa+.