ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 14:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Amaherezo Yehova abwira Musa ati: “Aba bantu bazogeza ryari+ kutanyubaha+, kandi bazogeza ryari kutanyizera uravye ibimenyetso vyose nakoreye muri bo+?

  • 2 Abami 17:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 nuko ntibumviriza mugabo baguma bakomantaza amazosi yabo+ nk’amazosi ya ba sekuruza babo batari barizeye+ Yehova Imana yabo;

  • Zaburi 78:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ntibagumije isezerano ry’Imana+,

      Banse kugendera mw’itegeko ryayo+.

  • Zaburi 81:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Yoo! ese iyo abantu banje banyumviriza+!

      Yoo! ese iyo Isirayeli igendera mu nzira zanje+!

  • Zaburi 106:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Bibagira ningoga ibikorwa vyiwe+;

      Ntibarindira impanuro yiwe+.

  • Luka 16:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Mugabo amubwira ati: ‘Nimba batumviriza Musa+ n’Abahanuzi, ntibazogenda banyuzwe niyo hogira uwuzuka mu bapfuye.’ ”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika