Zaburi 139:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Amaso yawe yarambonye nkiri inda y’agasamo+,Kandi mu gitabu cawe ibihimba vyanje vyose vyari vyanditswe,Ku bijanye n’imisi vyabumbiweko+Kandi ata na kimwe muri vyo cari bwabeho. Yeremiya 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Ntarakubumbira mu nda+ nari ndakuzi+, kandi utarava mu gitereko narakwejeje+. Nakugize umuhanuzi ku mahanga.”
16 Amaso yawe yarambonye nkiri inda y’agasamo+,Kandi mu gitabu cawe ibihimba vyanje vyose vyari vyanditswe,Ku bijanye n’imisi vyabumbiweko+Kandi ata na kimwe muri vyo cari bwabeho.
5 “Ntarakubumbira mu nda+ nari ndakuzi+, kandi utarava mu gitereko narakwejeje+. Nakugize umuhanuzi ku mahanga.”