Abalewi 25:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 “‘Kandi mwene wanyu niyacika mworo bigatuma agoyagoya mu vy’ubutunzi iruhande yawe+, utegerezwa rero kumufata mu mugongo+. Ategerezwa kuguma ari muzima kumwe nawe, nka kavamahanga n’inyambukira+.
35 “‘Kandi mwene wanyu niyacika mworo bigatuma agoyagoya mu vy’ubutunzi iruhande yawe+, utegerezwa rero kumufata mu mugongo+. Ategerezwa kuguma ari muzima kumwe nawe, nka kavamahanga n’inyambukira+.