ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 30:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kandi Aroni aze atangire impongano ku mahembe yaco rimwe mu mwaka+. Akoresheje makeyi ku maraso y’ishikanwa ry’igicumuro+ ry’impongano, azogitangira impongano rimwe mu mwaka mu mayaruka yanyu. Ni ceranda rwose kuri Yehova.”

  • Abalewi 16:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Kuko kuri uwo musi muzotangirwa impongano+ kugira bivugwe ko mudahumanye. Muzoba muhumanuwe ibicumuro vyanyu vyose imbere ya Yehova+.

  • Abalewi 25:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Uze uvuze inzamba n’ijwi rinini+ mu kwezi kugira indwi ku musi ugira icumi wa nya kwezi+. Ku musi w’impongano+ muze muvuze nya nzamba mu gihugu canyu cose.

  • 1 Yohani 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ariko nimba tugendera mu muco nk’uko na yo ubwayo iri mu muco+, turafise koko ugusangira hagati yacu+, kandi amaraso+ ya Yezu Umwana wayo aratwoza+ igicumuro cose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika