Yohani 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Kuko Imana yakunze+ isi cane ku buryo yatanze Umwana wayo w’ikinege+, kugira ngo umuntu wese amwizera+ ntarandurwe+ ahubwo aronke ubuzima budahera+. Abaroma 8:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Iyitazigurije n’Umwana wayo bwite+ mugabo ikamutanga ku bwacu twese+, izobuzwa n’iki kandi kuduhana na we ibindi bintu vyose n’umutima ukunze+? Tito 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 uwitanze+ ku bwacu kugira aturokore+ mu bugarariji bw’uburyo bwose yongere yihumanurire+ igisata yiharije+, kigirira umwete ibikorwa vyiza+. 1 Yohani 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ariko nimba tugendera mu muco nk’uko na yo ubwayo iri mu muco+, turafise koko ugusangira hagati yacu+, kandi amaraso+ ya Yezu Umwana wayo aratwoza+ igicumuro cose+. 1 Yohani 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Iki ni co twamenyeyeko urukundo+, kuko urya yatwiguze+; natwe tubwirizwa kwigura bene wacu+.
16 “Kuko Imana yakunze+ isi cane ku buryo yatanze Umwana wayo w’ikinege+, kugira ngo umuntu wese amwizera+ ntarandurwe+ ahubwo aronke ubuzima budahera+.
32 Iyitazigurije n’Umwana wayo bwite+ mugabo ikamutanga ku bwacu twese+, izobuzwa n’iki kandi kuduhana na we ibindi bintu vyose n’umutima ukunze+?
14 uwitanze+ ku bwacu kugira aturokore+ mu bugarariji bw’uburyo bwose yongere yihumanurire+ igisata yiharije+, kigirira umwete ibikorwa vyiza+.
7 Ariko nimba tugendera mu muco nk’uko na yo ubwayo iri mu muco+, turafise koko ugusangira hagati yacu+, kandi amaraso+ ya Yezu Umwana wayo aratwoza+ igicumuro cose+.