Kuvayo 28:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Kaze kabe ku ruhanga rwa Aroni, kandi Aroni ategerezwa kwishura ikosa rikozwe ku bintu vyeranda+, ivyo bene Isirayeli bazokweza, ni vyo ngabirano nyeranda zabo zose. Kaze kame ku ruhanga rwiwe, kugira atume bashimwa+ imbere ya Yehova. Guharura 18:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ku ngabirano zose muzohabwa, muzoterera ubwoko bwose bw’intererano ihabwa Yehova, ku vyiza cane kuruta ibindi vyose+, bwa kintu ceranda kivuye kuri zo.’
38 Kaze kabe ku ruhanga rwa Aroni, kandi Aroni ategerezwa kwishura ikosa rikozwe ku bintu vyeranda+, ivyo bene Isirayeli bazokweza, ni vyo ngabirano nyeranda zabo zose. Kaze kame ku ruhanga rwiwe, kugira atume bashimwa+ imbere ya Yehova.
29 Ku ngabirano zose muzohabwa, muzoterera ubwoko bwose bw’intererano ihabwa Yehova, ku vyiza cane kuruta ibindi vyose+, bwa kintu ceranda kivuye kuri zo.’