ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wa nya shikanwa riturirwa, maze rizokwemeranwa umutima mwiza+ ku bwiwe kugira atangirwe impongano*+.

  • Abalewi 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Aze azane nya shūri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro+ imbere ya Yehova, aheze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wayo+, kandi aze akererere nya shūri imbere ya Yehova.

  • Imigani 28:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Uwupfuka ibigabitanyo vyiwe ntazororanirwa+, mugabo uwuvyatura kandi akabiheba azogirirwa imbabazi+.

  • Yesaya 53:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Twese twarayerereye nk’intama+; twarahindukiye umwe wese agana inzira yiwe bwite; Yehova ubwiwe yatumye ikosa ryacu twese rihura n’uyo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika