Gusubira mu vyagezwe 28:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Hazohezagirwa icamwa c’inda yawe+, n’umwimbu w’ubutaka bwawe, n’icamwa c’ibitungwa vyawe+, n’imitavu y’inka zawe, n’uruvyaro rw’umukuku wawe+. Nehemiya 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Abana babo wabagwije nk’inyenyeri zo mu majuru+. Maze ubazana mu gihugu+ wari warasezeraniye ba sekuruza babo+ yuko bocinjiyemwo kugira bacigarurire. Zaburi 107:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Arabahezagira bakagwira cane+;Kandi ntareka ngo inka zabo zigabanuke+.
4 “Hazohezagirwa icamwa c’inda yawe+, n’umwimbu w’ubutaka bwawe, n’icamwa c’ibitungwa vyawe+, n’imitavu y’inka zawe, n’uruvyaro rw’umukuku wawe+.
23 Abana babo wabagwije nk’inyenyeri zo mu majuru+. Maze ubazana mu gihugu+ wari warasezeraniye ba sekuruza babo+ yuko bocinjiyemwo kugira bacigarurire.