ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 25:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi bategerezwa kunyubakira aheranda, kuko ntegerezwa gucumbika hagati muri bo+.

  • Yosuwa 22:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nimba rero igihugu mwigabira gihumanye koko+, nimujabuke muje mu gihugu Yehova yigabira+, aho itaberenakulo* ya Yehova iba+, mugerere hagati muri twebwe; mugabo ntimugararize Yehova kandi ntimutume tuba abagarariji mu kwiyubakira igicaniro ciyongereye ku gicaniro ca Yehova Imana yacu+.

  • Ezekiyeli 37:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “‘“Kandi nzogirana na bo isezerano ry’amahoro+; isezerano ryamaho igihe kitagira urugero ni ryo rizoba kumwe na bo+. Kandi nzobashiraho, ndabagwize+, nshire aheranda hanje hagati yabo gushika igihe kitagira urugero+.

  • Ivyahishuwe 21:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nca numva ijwi rirenga riva kuri ya ntebe y’ubwami, rivuga riti: “Ehe ihema+ ry’Imana riri kumwe n’abantu, kandi izobana+ na bo, na bo bazoba ibisata vyayo+. Kandi Imana ubwayo izobana na bo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika