Yesaya 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nimwiyoze+, mwihumanure+; nimukure ububi bw’ibikorwa vyanyu imbere y’amaso yanje+, mureke gukora ikibi+. Yeremiya 2:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Narakubise abahungu banyu ntihagira ikivamwo+. Ntibemeye gutozwa indero+. Inkota yanyu yararokeje abahanuzi banyu, nka kurya kw’intambwe iyogeza+. Yeremiya 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ewe Yehova, mbega amaso yawe ntari ku bwizigirwa+? Warabakubise+, mugabo ntibarwaye+. Warabatikije+. Baranse gutozwa indero+. Bakomantaje mu maso habo kurusha urutare+. Baranse kugaruka+. Abaheburayo 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kuko uwo Yehova akunda amutoza indero; nkako, ahushagura uwo wese yakira nk’umwana wiwe+.”
16 Nimwiyoze+, mwihumanure+; nimukure ububi bw’ibikorwa vyanyu imbere y’amaso yanje+, mureke gukora ikibi+.
30 Narakubise abahungu banyu ntihagira ikivamwo+. Ntibemeye gutozwa indero+. Inkota yanyu yararokeje abahanuzi banyu, nka kurya kw’intambwe iyogeza+.
3 Ewe Yehova, mbega amaso yawe ntari ku bwizigirwa+? Warabakubise+, mugabo ntibarwaye+. Warabatikije+. Baranse gutozwa indero+. Bakomantaje mu maso habo kurusha urutare+. Baranse kugaruka+.