Abalewi 27:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ayo ni yo mabwirizwa+ Yehova yahaye Musa ngo abere amategeko bene Isirayeli, ku musozi Sinayi+. Yohani 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kubera ko Itegeko ryatanzwe biciye kuri Musa+, ubuntu ata wari abukwiriye+ be n’ukuri+ vyaje biciye kuri Yezu Kristu.
17 Kubera ko Itegeko ryatanzwe biciye kuri Musa+, ubuntu ata wari abukwiriye+ be n’ukuri+ vyaje biciye kuri Yezu Kristu.