ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 29:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Uze ukerere iyo mpfizi y’intama, utore makeyi ku maraso yayo uyashire kw’ibabi ry’ugutwi kw’iburyo kwa Aroni, no kw’ibabi ry’ugutwi kw’iburyo kw’abahungu biwe, no ku rukumu rw’ukuboko kwabo kw’ukuryo, no kw’ino rikuru ry’ikirenge cabo c’iburyo+, kandi uze umijagire nya maraso irya n’ino ku gicaniro.

  • Abalewi 14:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Kandi umuherezi aze atore makeyi kuri ya maraso y’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha, ayashire kw’ibabi ry’ugutwi kw’iburyo kw’uwihumanura no ku rukumu rw’ukuboko kwiwe kw’ukuryo, no kw’ino rikuru ry’ikirenge ciwe c’iburyo+.

  • Luka 24:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 Buno ababwira ati: “Aya ni ya majambo yanje nababwira nkiri kumwe namwe+, yuko ibintu vyose vyanditswe mw’itegeko rya Musa no mu Bahanuzi+ no mu Mazaburi+ ku binyerekeye bitegerezwa kuranguka.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika