Kuvayo 29:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Kandi uze utore kuri ya mpfizi y’intama ikinure be na kirya gitsembe kinuze+, na kirya kinure gipfutse amara, na ka gahimba ko ku gitigu, n’arya mafyigo abiri n’ikinure kiri kuri yo, n’ukuguru kw’ukuryo+, kuko ari impfizi y’intama y’iyatira+.
22 “Kandi uze utore kuri ya mpfizi y’intama ikinure be na kirya gitsembe kinuze+, na kirya kinure gipfutse amara, na ka gahimba ko ku gitigu, n’arya mafyigo abiri n’ikinure kiri kuri yo, n’ukuguru kw’ukuryo+, kuko ari impfizi y’intama y’iyatira+.