Abalewi 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ibisigaye kuri nya shikanwa ry’intete ni ivya Aroni n’abahungu biwe+, bwa kintu ceranda rwose+ kivuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro. Abalewi 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nk’uko biri kw’ishikanwa ry’igicumuro, ni ko biri no kw’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha. Itegeko ni rimwe+. Rizokwegukira umuherezi azotanga impongano arikoresheje. 1 Abakorinto 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ntimuzi yuko abakora imirimo myeranda barya+ ibintu vyo mu rusengero, abaguma bakora+ ku gicaniro* na bo bagasangira n’igicaniro? 1 Abakorinto 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nimurabe Isirayeli yo mu buryo bw’umubiri+: Mbega abarya ku bimazi ntibasangira n’igicaniro+?
3 Ibisigaye kuri nya shikanwa ry’intete ni ivya Aroni n’abahungu biwe+, bwa kintu ceranda rwose+ kivuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro.
7 Nk’uko biri kw’ishikanwa ry’igicumuro, ni ko biri no kw’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha. Itegeko ni rimwe+. Rizokwegukira umuherezi azotanga impongano arikoresheje.
13 Ntimuzi yuko abakora imirimo myeranda barya+ ibintu vyo mu rusengero, abaguma bakora+ ku gicaniro* na bo bagasangira n’igicaniro?