Abalewi 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze Musa abwira Aroni ati: “Egera igicaniro uhereze ishikanwa ryawe ry’igicumuro+ be n’ishikanwa ryawe riturirwa, utange impongano+ ku bwawe no ku bw’inzu yawe; kandi uhereze ishikanwa ry’abantu+, ubatangire impongano+, nk’uko Yehova yategetse.” Abalewi 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Kandi Aroni aze ashikirize ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro itangwa ku bwiwe+, atange impongano+ ku bwiwe+ no ku bw’inzu yiwe+. Abaheburayo 7:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ntakeneye ku musi ku musi+, nka ba baherezi bakuru, gushikana ibimazi, ubwa mbere ku bw’ibicumuro vyiwe bwite+ hanyuma ku bw’ibicumuro vy’abantu+ (kuko ivyo yabigize rimwe rizima+ igihe yishikana+ ubwiwe);
7 Maze Musa abwira Aroni ati: “Egera igicaniro uhereze ishikanwa ryawe ry’igicumuro+ be n’ishikanwa ryawe riturirwa, utange impongano+ ku bwawe no ku bw’inzu yawe; kandi uhereze ishikanwa ry’abantu+, ubatangire impongano+, nk’uko Yehova yategetse.”
6 “Kandi Aroni aze ashikirize ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro itangwa ku bwiwe+, atange impongano+ ku bwiwe+ no ku bw’inzu yiwe+.
27 Ntakeneye ku musi ku musi+, nka ba baherezi bakuru, gushikana ibimazi, ubwa mbere ku bw’ibicumuro vyiwe bwite+ hanyuma ku bw’ibicumuro vy’abantu+ (kuko ivyo yabigize rimwe rizima+ igihe yishikana+ ubwiwe);